Engaging • Creative • Emotional
…
continue reading
ToChristAlone Podcasts
1
ICO URI Hamwe N’ICO WAREMEWE | Umusi wa 4: UMUSUMA YITWA COMPARAISON
1:19
1:19
Play later
Play later
Lists
Like
Liked
1:19Dusomere hamwe:'Umwe wese yari akwiye kwisuzuma mu bikorwa vyiwe, kugira ngo asanze yakoze neza bimushimishe, ariko ntabanze kwigereranya n’abandi.' Ab’I Galatiya 6:4 Ndakuravye mu maso: Uriko urigereranya n’abo ubona kuma reseau sociaux, ndabeshe?Uwo ni umutego bireke, kuko uko wigereranya n’abandi niko uguma wibona ko bakuruta ukibagira ubunini b…
…
continue reading
1
ICO URI Hamwe N’ICO WAREMEWE | Umusi wa 5: INGENE KAZOZA KAWE ARI KEZA!
1:30
1:30
Play later
Play later
Lists
Like
Liked
1:30Dusomere hamwe: 2 Ab’i Korinto 5:17 'Nuko rer’ umuntu wese iy’ ari muri Kristo, aba ar’ icaremwe gisha: ivya kera biba bihise, vyose biba bicitse bisha.' Twese turisanga dufise ibihe canke ama kosa twipfuza gufuta mu buzima bwacu.Rimwe na rimwe twisanga twatanguye kuza turiyita kahise. Gusa nyene menya ko Imana itakubabarira nk’uko wobabarirwa n’um…
…
continue reading
1
ICO URI Hamwe N’ICO WAREMEWE | Umusi wa 6: URI UMUCO KANDI REKA KUBINYEGEZA!
1:19
1:19
Play later
Play later
Lists
Like
Liked
1:19Dusome: 'Uko ni ko mukwiye kureka umuco wanyu ukakira imbere y’abantu kugira ngo babone ibikorwa vyanyu vyiza, hanyuma bahimbaze So wo mw’ijuru. ' Matayo 5:16 Ntiwaremewe kunyegera! Uri mu muryango urimwo, aho usengera, mu bagenzi, mu kazi, kugira ubabere umuco. Iyo uriko urakoresha impano zawe, bwa bwenge, bwa bumenyi, uba uriko urabaho ico wareme…
…
continue reading
1
ICO URI Hamwe N’ICO WAREMEWE | Umusi w'7: KAZOZA KAWE KARI MU BIGANZA VYIZA!
1:22
1:22
Play later
Play later
Lists
Like
Liked
1:22Dusome : 'Kuko nzi ivyiyumviro mbiyumvirako, ni jewe Uhoraho mbivuze, kw ar’ ivyiyumviro vy’amahoro, atar’ ivy’ ivyago, kugira ngo mbahe ivyizigiro vyo mw iherezo ryanyu. ' Yeremiya 29:11 Hari aho uca mu bihe bigoye kugeza aho wumva umengo shaa, ntaco nzovamwo nukuri! Ariko Imana ntiyihenda, igufitiye imigambi myiza cane. Bikubanye vyinshi ukumva w…
…
continue reading
1
ICO URI Hamwe N’ICO WAREMEWE | Umusi wa 3: INKOMEZI ZAWE...
1:32
1:32
Play later
Play later
Lists
Like
Liked
1:32Dusomere hamwe: 1 Petero 4:10 'Umwe wese akoresha ingabire yose yahawe n’Imana ku nyungu z’abandi. Muzikoreshe nk’abizigirwa b’Imana bagabura ubuntu bw’Imana bw’uburyo bwinshi. ' Nk’ubu: Ushobora gusanga uzi gutwenza abantu bose, uzi kwitwararika abandi, uri creative cane, uzi kwumviriza abandi, uri wamuntu yama afise ivyo avuga,.. Ivyo ntubishoboy…
…
continue reading
1
ICO URI Hamwe N’ICO WAREMEWE | Umusi wa 2: KUBERA IKI YAKUREMYE UKO?
1:39
1:39
Play later
Play later
Lists
Like
Liked
1:39Dusomere hamwe: Efeso 2:10 'Kuko turi ibiremwa vy’Imana, yaturemye gusha muri Kristo Yesu kugira ngo dukore ibikorwa vyiza, ivyo yari yaraduteguriye gukora kuva kera.’’ Ibaze kuri : Terefone, Imashine, Ecouteur canke Iradiyo uriko urakoresha mu kwumviriza aya majwi, boba babikoze ngo tubigure gusa?Oya Sinibaza! Ariko kuba warabiguze, nuko hari ikib…
…
continue reading
1
ICO URI Hamwe N’ICO WAREMEWE | Umusi wa 1: ICAREMWE GITANGAJE CANE!
1:50
1:50
Play later
Play later
Lists
Like
Liked
1:50Day 1: Icaremwe Gitangaje Cane😁 Dusomere hamwe: Zaburi 139:14 ' Ndagushimira yuko naremwe uburyo buteye ubgoba butangaje: Ibikorwa vyawe n’ibitangaza; Kand’ ivyo, umutima wanje urabizi neza. ' Wibaze iki kintu: Urya mu star ukunda mu muziki canke muri football, wibaza ko apfa kuja muri match canke kuririmba atabanje kuvyiyumvirako no kugira imyimen…
…
continue reading